ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Ariko none, Imana izoba vy’ukuri kw’isi+? Ehe amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru+, ubwayo ntashobora kugukwira+; nkanswe rero iyi nzu+ nubatse!

  • 1 Abami 8:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 wewe ubwawe uze wumvirize uri mu majuru, ahantu hashimangiye uba+, maze ukore wisunze ivyo uwo munyamahanga azoba aguhamagariye vyose+; kugira ngo ibisata vyo kw’isi vyose bimenye izina ryawe+ maze bigutinye nk’uko igisata cawe Isirayeli kigutinya, no kugira bimenye yuko izina ryawe ryambarijwe kuri iyi nzu nubatse+.

  • Zaburi 96:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;

      Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.

  • Yesaya 37:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ewe Yehova nyen’ingabo, Mana ya Isirayeli+, wewe wicaye ku bakerubi*, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo mw’isi+. Ni wewe wakoze amajuru n’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika