Umusiguzi 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inzuzi z’isumo zose zo mu rushana+ zija mu kiyaga+, yamara ikiyaga nticuzura+. Ahantu inzuzi z’isumo zo mu rushana zigenda zivuye, ni ho zisubira kugaruka kugira zongere zigende+.
7 Inzuzi z’isumo zose zo mu rushana+ zija mu kiyaga+, yamara ikiyaga nticuzura+. Ahantu inzuzi z’isumo zo mu rushana zigenda zivuye, ni ho zisubira kugaruka kugira zongere zigende+.