Ezira 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Paroshi+ bari ibihumbi bibiri n’ijana na mirongo irindwi na babiri; Nehemiya 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+. Nehemiya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abakuru b’abantu: Paroshi, Pahati-mowabu+, Elamu, Zatu, Bani,
25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+.