Ezira 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 bene Elamu+ bari igihumbi n’amajana abiri na mirongo itanu na bane; Ezira 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 muri bene Elamu+ ni Yeshaya mwene Ataliya, akaba yari kumwe n’ab’igitsina-gabo mirongo irindwi; Nehemiya 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abakuru b’abantu: Paroshi, Pahati-mowabu+, Elamu, Zatu, Bani,