1 Ngoma 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu baherezi na ho hari Yedaya na Yehoyaribu na Yakini+, 1 Ngoma 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ubupfindo burasohoka: ubwa mbere buba ubwa Yehoyaribu+; ubugira kabiri buba ubwa Yedaya, Nehemiya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu baherezi ni aba: Yedaya mwene Yoyaribu+, Yakini+,