Kuvayo 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Mu kwibuka umusi w’isabato ngo uwufate ko ari mweranda+, Kuvayo 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi mutegerezwa kwubahiriza isabato, kuko ari ikintu ceranda kuri mwebwe+. Uwuyihumanije azokwicwa ata kabuza+. Nihagira uwukora igikorwa kuri yo, uwo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.
14 Kandi mutegerezwa kwubahiriza isabato, kuko ari ikintu ceranda kuri mwebwe+. Uwuyihumanije azokwicwa ata kabuza+. Nihagira uwukora igikorwa kuri yo, uwo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.