Nehemiya 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe Mana yanje, uze unyibuke+ ku bw’ivyo nagiriye aba bantu vyose+, ungirire iciza+. Nehemiya 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uze unyibuke+ kuri ivyo, ewe Mana yanje, ntuze uhanagure+ ibikorwa vyanje vy’ubuntu bwuzuye urukundo nakoze ku bijanye n’inzu+ y’Imana yanje be n’ukuyirinda. Nehemiya 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mbere ntunganya ibijanye n’ukuzana inkwi+ ku bihe vyashinzwe be n’ibijanye n’ivyamwa vya mbere vyeze. Uze unyibuke+, ewe Mana yanje, ungirire iciza+.
14 Uze unyibuke+ kuri ivyo, ewe Mana yanje, ntuze uhanagure+ ibikorwa vyanje vy’ubuntu bwuzuye urukundo nakoze ku bijanye n’inzu+ y’Imana yanje be n’ukuyirinda.
31 mbere ntunganya ibijanye n’ukuzana inkwi+ ku bihe vyashinzwe be n’ibijanye n’ivyamwa vya mbere vyeze. Uze unyibuke+, ewe Mana yanje, ungirire iciza+.