ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko bemeye kwabira bamwe mu bakobwa babo bakemera n’uko bamwe mu bakobwa babo babirwa n’abahungu babo+; kandi ubwabo, bo ruvyaro rweranda+, barivanze+ n’abantu bo muri ivyo bihugu, kandi ukuboko kw’abaganwa n’ivyegera vy’abatware kwabaye ukwa mbere+ muri ubwo buhemu.”

  • Ezira 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Amaherezo Ezira umuherezi arahaguruka, ababwira ati: “Mwebwe mwarahemutse kubera mwabiriye abagore b’abanyamahangakazi+ kugira mwongereze icaha ca Isirayeli+.

  • 2 Abakorinto 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika