Malaki 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko nabarungikiye iri bwirizwa+, kugira ngo isezerano+ nagiranye na Lewi ribandanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
4 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko nabarungikiye iri bwirizwa+, kugira ngo isezerano+ nagiranye na Lewi ribandanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.