ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 33:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Inyuma y’ivyo, yubakira Igisagara ca Dawidi+ uruhome rw’inyuma+, mu burengero bwa Gihoni+, mu mwonga no gushika kw’Irembo ry’Amafi+, araruzungurutsa gushika i Ofeli+; nuko arugira rurerure cane. Vyongeye, ashira abakuru b’inteko za gisirikare mu bisagara vyose bikingijwe ibihome vyo muri Yuda+.

  • Zefaniya 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova avuze, “hazokwumvikana induru ivuye kw’Irembo ry’Amafi+, n’umuborogo uvuye mu gice ca kabiri c’igisagara+, n’urwamo rw’ugusenyuka gukomeye ruvuye mu mirambi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika