Nehemiya 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaherezo nshika kuri ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi, maze ndabaha nya makete y’umwami. Vyongeye, umwami andungikana n’abakuru b’inteko za gisirikare be n’abagendera ku mafarasi.
9 Amaherezo nshika kuri ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi, maze ndabaha nya makete y’umwami. Vyongeye, umwami andungikana n’abakuru b’inteko za gisirikare be n’abagendera ku mafarasi.