Nehemiya 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ndabandanya nerekeza kw’Irembo ryo kw’Isôko+ no ku Kidengeri c’Umwami, ariko ntihaboneka aho igitungwa nariko ngenderako gica.
14 Maze ndabandanya nerekeza kw’Irembo ryo kw’Isôko+ no ku Kidengeri c’Umwami, ariko ntihaboneka aho igitungwa nariko ngenderako gica.