Nehemiya 12:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nuko kuri uwo musi bashikana ibimazi vyinshi+ kandi baranezerwa+, kuko Imana y’ukuri ubwayo yatuma banezerwa akanyamuneza kenshi+. N’abagore+ be n’abana+ baranezerwa, ku buryo umunezero wa Yeruzalemu wumvikana kure+.
43 Nuko kuri uwo musi bashikana ibimazi vyinshi+ kandi baranezerwa+, kuko Imana y’ukuri ubwayo yatuma banezerwa akanyamuneza kenshi+. N’abagore+ be n’abana+ baranezerwa, ku buryo umunezero wa Yeruzalemu wumvikana kure+.