Nehemiya 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu kwezi kwa Nisani*+, mu mwaka ugira mirongo ibiri+ wa Aritazeruzi+ umwami, umuvinyu wari imbere yiwe, maze nk’uko bisanzwe ntora uwo muvinyu ndawuha umwami+. Mugabo sinari bwigere nijirwa imbere yiwe+.
2 Mu kwezi kwa Nisani*+, mu mwaka ugira mirongo ibiri+ wa Aritazeruzi+ umwami, umuvinyu wari imbere yiwe, maze nk’uko bisanzwe ntora uwo muvinyu ndawuha umwami+. Mugabo sinari bwigere nijirwa imbere yiwe+.