Nehemiya 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivyegera vy’abatware+ ntivyari bizi iyo nagiye n’ico nariko ndakora; kandi nta na kimwe nari bwabwire Abayuda n’abaherezi n’abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware n’abasigaye mu bariko bakora igikorwa. Nehemiya 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko ntangura gutatira abanyacubahiro+ ba Yuda, ndababwira nti: “Ico kintu kibi muriko murakora ni igiki, mugahumanya mbere n’umusi w’isabato?
16 Ivyegera vy’abatware+ ntivyari bizi iyo nagiye n’ico nariko ndakora; kandi nta na kimwe nari bwabwire Abayuda n’abaherezi n’abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware n’abasigaye mu bariko bakora igikorwa.
17 Nuko ntangura gutatira abanyacubahiro+ ba Yuda, ndababwira nti: “Ico kintu kibi muriko murakora ni igiki, mugahumanya mbere n’umusi w’isabato?