Matayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+. Abafilipi 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya+. Ico nyene ni ikimenyamenya c’ugutikira kuri bo, mugabo kikaba ic’ubukiriro kuri mwebwe+; kandi ico kimenyamenya kiva ku Mana,
16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.
28 mudaterwa ubwoba mu buryo na bumwe n’ababarwanya+. Ico nyene ni ikimenyamenya c’ugutikira kuri bo, mugabo kikaba ic’ubukiriro kuri mwebwe+; kandi ico kimenyamenya kiva ku Mana,