Nehemiya 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi abavyemeje n’ikidodo+ bari aba: Nehemiya+ Buramatari*+ mwene Hakaliya+, Na Zedekiya,