1 Ngoma 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Elipayali bari Eberi na Mishamu na Shemedi, uwubatse Ono+ na Lodi+ n’ibisagara bihakukira; Nehemiya 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 i Lodi+, i Ono+, mu mubande w’abahinguzi b’utugenegene.