ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+.

  • Zaburi 56:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Umusi nzotinya, jeho ni wewe nzokwizigira+.

  • Zaburi 68:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Imana irateye ubwoba ivuye aheranda hawe hahambaye+.

      Ni yo Mana ya Isirayeli, imwe iha abantu inkomezi, mbere n’ubushobozi+.

      Imana nihezagirwe+.

  • Zaburi 138:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ku musi nahamagara, waranyishuye+;

      Watanguye kuntinyura mu mutima wanje ukoresheje inkomezi+.

  • Yesaya 41:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika