Nehemiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.
4 Niwumve+, ewe Mana yacu, kuko twabaye agakengerwe+; nusubize iceyi+ cabo ku mutwe wabo, kandi utume basahurwa bajanwe mu gihugu c’ubunyagano.