1 Ngoma 9:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bano ni bo bari abaririmvyi+, abakuru ba ba se b’Abalewi mu vyumba vy’uburiro+, abari barakuweko ayandi mabango+; kuko bategerezwa kuba bari mu gikorwa cabo ku murango no mw’ijoro+. Ezira 2:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abaririmvyi, bene Asafu+, bari ijana na mirongo ibiri n’umunani.
33 Bano ni bo bari abaririmvyi+, abakuru ba ba se b’Abalewi mu vyumba vy’uburiro+, abari barakuweko ayandi mabango+; kuko bategerezwa kuba bari mu gikorwa cabo ku murango no mw’ijoro+.