1 Ngoma 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Abisirayeli bose bandikwa hakurikijwe amamuko+; kandi ehe banditswe mu Gitabu c’Abami ba Isirayeli. Yuda na yo itwarwa mu bwangaro+ i Babiloni kubera ubuhemu bwayo. Ezira 2:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Abo ni bo barondeye igitabu banditswemwo kugira ngo bemeze icese amamuko yabo, mugabo ntibībona, bituma bakurwa mu buherezi kuko bafashwe ko banduye+.
9 Nuko Abisirayeli bose bandikwa hakurikijwe amamuko+; kandi ehe banditswe mu Gitabu c’Abami ba Isirayeli. Yuda na yo itwarwa mu bwangaro+ i Babiloni kubera ubuhemu bwayo.
62 Abo ni bo barondeye igitabu banditswemwo kugira ngo bemeze icese amamuko yabo, mugabo ntibībona, bituma bakurwa mu buherezi kuko bafashwe ko banduye+.