1 Ngoma 2:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Bene Saluma bari Betelehemu+, Abanyanetofa+, Atiroti-beti-yowabu n’igice c’Abamanahati, Abazori. Ezira 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 abagabo b’i Netofa+ bari mirongo itanu na batandatu; Yeremiya 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+.
8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+.