Yosuwa 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ubu rero muri abantu bavumwe+, kandi muzokwama muri abashumba+ n’abashenyi b’inkwi be n’abavomyi b’amazi b’inzu y’Imana yanje+.” Ezira 2:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo bose bari amajana atatu na mirongo icenda na babiri+. Nehemiya 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi Abanetinimu+ baba i Ofeli+; bakora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Irembo ry’Amazi+ mu buseruko be n’umunara wometseko. Nehemiya 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Abanetinimu*+ bari aba: Bene Ziha, bene Hasufa, bene Tabayoti+,
23 Ubu rero muri abantu bavumwe+, kandi muzokwama muri abashumba+ n’abashenyi b’inkwi be n’abavomyi b’amazi b’inzu y’Imana yanje+.”
26 Kandi Abanetinimu+ baba i Ofeli+; bakora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Irembo ry’Amazi+ mu buseruko be n’umunara wometseko.