Ezira 2:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 hatarimwo abashumba babo n’abashumbakazi babo, bano bakaba bari ibihumbi indwi n’amajana atatu na mirongo itatu n’indwi; kandi bari bafise abaririmvyi+ n’abaririmvyikazi amajana abiri.
65 hatarimwo abashumba babo n’abashumbakazi babo, bano bakaba bari ibihumbi indwi n’amajana atatu na mirongo itatu n’indwi; kandi bari bafise abaririmvyi+ n’abaririmvyikazi amajana abiri.