Ezira 2:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 ingamiya zabo zikaba amajana ane na mirongo itatu na zitanu, indogobwa zabo na zo zikaba ibihumbi bitandatu n’amajana indwi na mirongo ibiri+.
67 ingamiya zabo zikaba amajana ane na mirongo itatu na zitanu, indogobwa zabo na zo zikaba ibihumbi bitandatu n’amajana indwi na mirongo ibiri+.