2 Maze abakuru ba Isirayeli+, abakuru b’inzu ya ba se, bashikiriza ishikanwa+, bano bakaba bari abakuru b’imiryango bakaba kandi bahagararira abanditswe,
5 Maze abakuru+ ba ba se ba Yuda n’aba Benyamini n’abaherezi n’Abalewi barahaguruka, egome, umuntu wese Imana y’ukuri yakabuye impwemu yiwe+, kugira ngo baduge gusubira kwubaka inzu ya Yehova+ yari i Yeruzalemu.