Gusubira mu vyagezwe 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi utegerezwa kunezerwa mu gihe c’umusi mukuru wawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi na kavamahanga n’impfuvyi n’umupfakazi, bari mu marembo yawe. Gusubira mu vyagezwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+.
14 Kandi utegerezwa kunezerwa mu gihe c’umusi mukuru wawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi na kavamahanga n’impfuvyi n’umupfakazi, bari mu marembo yawe.
15 Imisi indwi uzohimbaza umusi mukuru+ ku bwa Yehova Imana yawe ahantu Yehova azotora, kuko Yehova Imana yawe azoguhezagira+ mu mwimbu wawe wose no mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe, kandi utegerezwa kuba uwunezerewe gusa+.