1 Samweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko hashika umusi aho Elikana ashikana ikimazi, maze aha imigabane Penina umugore wiwe, n’abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose+. Luka 11:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye. Ivyakozwe 2:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi babandanya kwihebera inyigisho y’intumwa no gusangira vyose+, kwihereza imfungurwa+ no gusenga+.
4 Nuko hashika umusi aho Elikana ashikana ikimazi, maze aha imigabane Penina umugore wiwe, n’abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose+.
41 Yamara rero, bwa mfashanyo y’umworo*+ nimutange ibiri imbere, kandi n’ibindi bintu vyose bizoba bihumanuwe ku biberekeye.
42 Kandi babandanya kwihebera inyigisho y’intumwa no gusangira vyose+, kwihereza imfungurwa+ no gusenga+.