Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+. Guharura 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi abahungu banyu bazocika abungere mu gahinga+ imyaka mirongo ine, kandi bazobwirizwa kwishura ubusambanyi+ bwanyu, gushika imivyimba yanyu iherengetereye mu gahinga+. Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’
35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+.
33 Kandi abahungu banyu bazocika abungere mu gahinga+ imyaka mirongo ine, kandi bazobwirizwa kwishura ubusambanyi+ bwanyu, gushika imivyimba yanyu iherengetereye mu gahinga+.
7 Kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+. Arazi neza igenda ryawe muri aka gahinga kanini. Iyi myaka mirongo ine+ Yehova Imana yawe yarabanye nawe. Nta kintu wabuze+.”’