ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Amusohora hanze rero, avuga ati: “Ndakwinginze urangamize mu kirere uharure inyenyeri, nimba kumbure ushoboye kuziharura+.” Hanyuma amubwira ati: “Ukwo ni ko uruvyaro rwawe ruzongana+.”

  • Itanguriro 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.

  • 1 Ngoma 27:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ariko Dawidi ntiyaharura igitigiri c’abari bafise imyaka iva kuri mirongo ibiri kuja munsi, kuko Yehova yari yarasezeranye gutuma Isirayeli ingana n’inyenyeri zo mu majuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika