Abacamanza 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehova abagurisha+ mu kuboko kwa Yabini umwami wa Kanani yaganza i Hazori+; kandi umukuru w’ingabo ziwe yari Sisera+, uno akaba yaba i Harosheti+ h’amahanga. Abacamanza 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi.
2 Nuko Yehova abagurisha+ mu kuboko kwa Yabini umwami wa Kanani yaganza i Hazori+; kandi umukuru w’ingabo ziwe yari Sisera+, uno akaba yaba i Harosheti+ h’amahanga.
6 Maze bene Isirayeli batangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Yehova rero abatanga mu kuboko kwa Midiyani+ imyaka indwi.