Abalewi 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+. Abaroma 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Musa yandika yuko umuntu ashikije ubugororotsi bwo mw’Itegeko azobeshwaho na bwo+.
5 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo zanje z’ubutungane, umuntu niyabikora akaba atazobura kubeshwaho na vyo+. Ndi Yehova+.