Nehemiya 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu misi ya Eliyashibu+ na Yoyada+ na Yohanani na Yaduwa+, Abalewi banditswe bwa bakuru b’amazu ya ba sekuru, n’abaherezi nyene, gushika ku ngoma ya Dariyo Umuperesi.
22 Mu misi ya Eliyashibu+ na Yoyada+ na Yohanani na Yaduwa+, Abalewi banditswe bwa bakuru b’amazu ya ba sekuru, n’abaherezi nyene, gushika ku ngoma ya Dariyo Umuperesi.