-
2 Ngoma 7:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Abaherezi+ bari bahagaze mu bibanza vyabo vy’igikorwa, n’Abalewi+ nyene bafise ibicurarangisho vyo kuririmbira+ Yehova, ivyo Dawidi+ umwami yari yarakoze ku bwo gukengurukira Yehova, “kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero,” igihe Dawidi yaba ariko aramushemeza biciye ku kuboko kwabo; kandi abaherezi bariko bavuza inzumbete n’ijwi rirenga+ imbere yabo, Abisirayeli bose na bo bahagaze.
-