Nehemiya 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi Abanetinimu+ baba i Ofeli+; bakora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Irembo ry’Amazi+ mu buseruko be n’umunara wometseko. Nehemiya 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko abantu bose bakoranira nk’umuntu umwe+ mu kibanza ca bose+ cari imbere y’Irembo ry’Amazi+. Maze babwira Ezira+ umwimuzi ngo azane igitabu+ c’itegeko rya Musa+, iryo Yehova yari yarategetse Isirayeli+.
26 Kandi Abanetinimu+ baba i Ofeli+; bakora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Irembo ry’Amazi+ mu buseruko be n’umunara wometseko.
8 Nuko abantu bose bakoranira nk’umuntu umwe+ mu kibanza ca bose+ cari imbere y’Irembo ry’Amazi+. Maze babwira Ezira+ umwimuzi ngo azane igitabu+ c’itegeko rya Musa+, iryo Yehova yari yarategetse Isirayeli+.