Daniyeli 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.”
13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.”