Kuvayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Uku kwezi kuzobabera intango y’amezi. Kuzobabera ukwa mbere mu mezi y’umwaka+. Kuvayo 34:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Uze ugumye umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Uzorya udutsima tutarimwo umwambiro, nk’uko nagutegetse, imisi indwi ku gihe cashinzwe mu kwezi kwa Abibu+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho wavuye mu Misiri.
18 “Uze ugumye umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Uzorya udutsima tutarimwo umwambiro, nk’uko nagutegetse, imisi indwi ku gihe cashinzwe mu kwezi kwa Abibu+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho wavuye mu Misiri.