Esiteri 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+, Esiteri 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Esiteri ajanwa ku Mwami Ahasuwerusi ku nzu yiwe ya cami mu kwezi kugira cumi, ari kwo kwezi kwa Tebeti, mu mwaka ugira indwi+ w’ingoma yiwe.
3 mu mwaka ugira gatatu w’ingoma yiwe, atereka inzimano+ abaganwa biwe bose n’abasuku biwe, inteko za gisirikare z’Ubuperesi+ n’Ubumedi+, abanyacubahiro+ n’abaganwa b’intara z’ubutware, bakaba bari imbere yiwe+,
16 Maze Esiteri ajanwa ku Mwami Ahasuwerusi ku nzu yiwe ya cami mu kwezi kugira cumi, ari kwo kwezi kwa Tebeti, mu mwaka ugira indwi+ w’ingoma yiwe.