Imigani 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+. Daniyeli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Nebukadinezari, Nebukadinezari arota indoto+; atangura guhagarika umutima+, itiro ryiwe na ryo rirahafata. Daniyeli 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwo mwanya umwami aja ku kirimba ciwe, amara iryo joro yisonzesheje+, ntihagira ibicurarangisho bizanwa imbere yiwe, n’itiro ryiwe riramuhunga+.
21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.
2 Maze mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Nebukadinezari, Nebukadinezari arota indoto+; atangura guhagarika umutima+, itiro ryiwe na ryo rirahafata.
18 Uwo mwanya umwami aja ku kirimba ciwe, amara iryo joro yisonzesheje+, ntihagira ibicurarangisho bizanwa imbere yiwe, n’itiro ryiwe riramuhunga+.