1 Abakorinto 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi vyongeye, umugabo ntiyaremwe kubera umugore, mugabo umugore yaremwe kubera umugabo+. Abanyefeso 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nkako, nk’uko ishengero riyobokera Kristu, abe ari ko n’abagore bayobokera abagabo babo muri vyose+.
24 Nkako, nk’uko ishengero riyobokera Kristu, abe ari ko n’abagore bayobokera abagabo babo muri vyose+.