Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. 1 Abakorinto 15:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Mbere ni ko vyanditswe ngo: “Umuntu wa mbere Adamu yacitse umuntu* muzima+.” Adamu wa nyuma yacitse impwemu+ itanga ubuzima+.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
45 Mbere ni ko vyanditswe ngo: “Umuntu wa mbere Adamu yacitse umuntu* muzima+.” Adamu wa nyuma yacitse impwemu+ itanga ubuzima+.