Esiteri 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimba vy’ukuri umwami abona ko ari vyiza, nihandikwe itegeko ry’uko barandurwa; nanje nzoha italanto ibihumbi cumi+ z’ifeza abazokora igikorwa+ kugira zizanwe mu kigega c’umwami.”
9 Nimba vy’ukuri umwami abona ko ari vyiza, nihandikwe itegeko ry’uko barandurwa; nanje nzoha italanto ibihumbi cumi+ z’ifeza abazokora igikorwa+ kugira zizanwe mu kigega c’umwami.”