Esiteri 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ivyo biba ku musi ugira cumi na gatatu w’ukwezi kwa Adari; ku musi ugira cumi na kane wakwo haba akaruhuko, maze bawugira umusi wo kwihereza inzimano+ n’uwo kunezerwa+. Esiteri 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka,
17 ivyo biba ku musi ugira cumi na gatatu w’ukwezi kwa Adari; ku musi ugira cumi na kane wakwo haba akaruhuko, maze bawugira umusi wo kwihereza inzimano+ n’uwo kunezerwa+.
21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka,