Daniyeli 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+;
6 Dariyo bimubera vyiza, maze ashiraho abakuru ijana na mirongo ibiri b’intara ngo baganze ubwami, bakaba bari kuganza ubwo bwami bwose+;