Esiteri 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 muri iyo misi, mu gihe Umwami Ahasuwerusi yari yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami+, iyari ku kirimba+ Shushani+, Daniyeli 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.
2 muri iyo misi, mu gihe Umwami Ahasuwerusi yari yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami+, iyari ku kirimba+ Shushani+,
2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.