Gusubira mu vyagezwe 21:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Nihagira umuntu abonekamwo igicumuro gikwiriye urubanza rwo gupfa, akicwa+, kandi mukaba mwamumanitse ku giti+, Esiteri 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ico kintu kiratohozwa rero, amaherezo kiruburwa, maze bompi bamanikwa+ ku giti+; ivyo bica vyandikwa mu gitabu c’ivyo+ muri iyo misi, imbere y’umwami. Esiteri 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama. Abagalatiya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”
22 “Nihagira umuntu abonekamwo igicumuro gikwiriye urubanza rwo gupfa, akicwa+, kandi mukaba mwamumanitse ku giti+,
23 Ico kintu kiratohozwa rero, amaherezo kiruburwa, maze bompi bamanikwa+ ku giti+; ivyo bica vyandikwa mu gitabu c’ivyo+ muri iyo misi, imbere y’umwami.
10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.
13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”