Esiteri 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka,
21 kugira ngo abategeke+ kwama bahimbaza umusi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa Adari be n’umusi ugira cumi na gatanu wakwo, buri mwaka,