ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 8:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Morudekayi na we arasohoka ava imbere y’umwami, yambaye ivyambarwa vya cami+ vyo mu gitambara c’ubururu no mw’ilino, n’urugori ruhambaye rw’inzahabu, be n’igikwemu gikozwe mu gitambara ciza+, egome, c’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+. Igisagara ca Shushani cariko ciha akamo karenga kandi cari kinezerewe+.

  • Zaburi 18:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Uzompa inkinzo yawe y’ubukiriro+,

      Kandi ukuryo kwawe kuzonshigikira+,

      Kandi ukwicisha bugufi kwawe kuzongira uwuhambaye+.

  • Daniyeli 2:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Nuko umwami agira Daniyeli uwuhambaye+, amuha ingabirano zihambaye nyinshi, yongera amugira umutware w’intara y’ubutware yose ya Babiloni+, n’umutware mukuru aganza inkerebutsi zose za Babiloni.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika