Esiteri 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ikopi ya nya rwandiko, iyategerezwa gutangwa bwa tegeko+ mu ntara z’ubutware zose zitandukanye+, ikwiragizwa mu bisata vy’abantu vyose, kugira ngo bitegurire uwo musi.
14 Ikopi ya nya rwandiko, iyategerezwa gutangwa bwa tegeko+ mu ntara z’ubutware zose zitandukanye+, ikwiragizwa mu bisata vy’abantu vyose, kugira ngo bitegurire uwo musi.